Ikiza

Ikiza 歌词

时长5:50
原文语言SW
浏览量21
歌词坐标

原文歌词

SW
暂时没有翻译,当前显示原文歌词。
18
Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange Ivyaduka vyarateye, keba na yo Hakuna dawa et il y a pas de vaccin De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus! Ntamukuru kandi ntamuto, imbere yayo bose barangana Dutinye ico kiza kitubaha, cateye hano iwacu kumitumba Kija mumakomine cak'indarooo, waja muma province ukagisangayo Kirabangamiye kino gihugu cacu, ek'isi yose kiraturembeje Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange Ivyaduka vyarateye, keba na yo Hakuna dawa et il y a pas de vaccin De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus! Abantu burya natwe turagoye, twikwegera imbere y'urupfu ho bigoye Baraduhanura ukuntu twokwirinda, natwe tuazibira amatwi yacu Sida uyanduye ntaho wivuza, coronavirus yoyo irarandura Ic'usabwa ni gupimisha ubuzima bwawe, twugare tubizibirireko Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange Ivyaduka vyarateye, keba na yo Hakuna dawa et il y a pas de vaccin De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus! Abantu ahubona ntiboroheje, bapimisha sida amaso yabo Babony'ukirutswe na malaria, ngo urya yaramaze kwandura agakoko Duhebe insaku no Gutwariranir'umunwa, tuvuge ivyo twitondeye kandi tuzi Sida yaje kugira abana bene imana Impfuvyi, coronavirus yo ni ikirimbuzi Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange Ivyaduka vyarateye, keba na yo Hakuna dawa et il y a pas de vaccin De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus! Abantu burya natwe nyene turagoye Twikwegera imbere y'urupfu, ho bigoye Ndirimba mbahanura ukuntu, twoyirwanya Nteg'amatwi utibaza kurik' utumwanya Irinde guc'inyuma y'umufasha, wawe Koresha ivyuma rwawe kumubiri, wawe Komeza wipimish'uraba ubuzima, bwawe Twugare kandi tukizibirireko Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange Ivyaduka vyarateye, keba na yo Hakuna dawa et il y a pas de vaccin De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus! Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange Ivyaduka vyarateye, keba na yo Hakuna dawa et il y a pas de vaccin De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!